Zaburi 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+. Zaburi 119:103 Bibiliya y’isi nshasha 103 Ewe kuntu amajambo yawe yasoseye amagage yanje,Agasosera akanwa kanje kuruta ubuki+!
10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+.