Umusiguzi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Igikorwa cose c’ubutame abantu bakora, bagikorera umunwa wabo+, mugabo ntibashira ipfa. Abanyefeso 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+. 1 Abatesalonika 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 no kwishingira intumbero yo kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibategetse;
28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.
11 no kwishingira intumbero yo kubaho mutekanye+ no kuraba ivyanyu bwite+ no gukoresha amaboko yanyu+, nk’uko twabibategetse;