Imigani 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubugorame buri mu mutima wiwe+. Yama ariko arementanya ikibi igihe cose+. Aguma yandurutsa amahane+. Abagalatiya 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 ugusenga ibigirwamana, gukora ivy’ubupfumu+, inzankano, ugushihana, ishari, ukwiguburiza kw’ishavu, amahane, amacakubiri, imice, Yakobo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko aho ishari+ n’agatima k’amahane biri, ari ho haba umuvurungano n’ikintu c’agahomerabunwa cose+.
14 Ubugorame buri mu mutima wiwe+. Yama ariko arementanya ikibi igihe cose+. Aguma yandurutsa amahane+.
20 ugusenga ibigirwamana, gukora ivy’ubupfumu+, inzankano, ugushihana, ishari, ukwiguburiza kw’ishavu, amahane, amacakubiri, imice,
16 Kuko aho ishari+ n’agatima k’amahane biri, ari ho haba umuvurungano n’ikintu c’agahomerabunwa cose+.