Imigani 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuntu yopfuma aba ku mfuruka y’igisenge+ hako abana n’umugore w’amahane, naho hoba ari mu nzu imwe+. Imigani 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuntu yopfuma aba mu gihugu c’agahinga hako abana n’umugore w’amahane, hariko n’umwikomo+.
9 Umuntu yopfuma aba ku mfuruka y’igisenge+ hako abana n’umugore w’amahane, naho hoba ari mu nzu imwe+.