Itanguriro 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aburamu na we avuga ati: “Mukama Segaba Yehova, uzompa iki, ko ndiko ndagenda ata kana nsize, uwuzokwegukira inzu yanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?”
2 Aburamu na we avuga ati: “Mukama Segaba Yehova, uzompa iki, ko ndiko ndagenda ata kana nsize, uwuzokwegukira inzu yanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?”