Yobu 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 avuga ati:“Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,Kandi nzosubirayo ndi gusa+.Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.” 2 Abakorinto 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni co gituma tudaheba; ahubwo naho umuntu turi inyuma ariko arashira, mu vy’ukuri umuntu turi imbere+ aguma agirwa mushasha ku musi ku musi. 2 Abakorinto 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndahimbarirwa rero ubugoyagoye, ibitutsi, ibihe vy’umukeno, uruhamo n’ingorane, ku bwa Kristu. Kuko iyo ngoyagoya ari ho ngira ububasha+.
21 avuga ati:“Navuye mu nda ya mama+ ndi gusa,Kandi nzosubirayo ndi gusa+.Yehova ubwiwe ni we yatanze+, kandi Yehova ubwiwe ni we atwaye+.Izina rya Yehova niribandanye guhezagirwa+.”
16 Ni co gituma tudaheba; ahubwo naho umuntu turi inyuma ariko arashira, mu vy’ukuri umuntu turi imbere+ aguma agirwa mushasha ku musi ku musi.
10 Ndahimbarirwa rero ubugoyagoye, ibitutsi, ibihe vy’umukeno, uruhamo n’ingorane, ku bwa Kristu. Kuko iyo ngoyagoya ari ho ngira ububasha+.