Itanguriro 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra. Yeremiya 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Boroge mwa bungere, musemerere+! Nimwikumbagaze hasi+, mwa bakomakomeye b’umukuku+, kuko imisi yanyu y’ugukererwa n’ugushwiragizwa kwanyu ikwiye+, kandi muzogwa koko nk’icombo gihimbaye+!
2 Nuko Sara apfira i Kiriyati-aruba+, ni ukuvuga Heburoni+, mu gihugu ca Kanani+, hanyuma Aburahamu yinjira kuborogera Sara no kumuririra.
34 “Boroge mwa bungere, musemerere+! Nimwikumbagaze hasi+, mwa bakomakomeye b’umukuku+, kuko imisi yanyu y’ugukererwa n’ugushwiragizwa kwanyu ikwiye+, kandi muzogwa koko nk’icombo gihimbaye+!