Itanguriro 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+. Yobu 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega womenya ibintu vyimbitse vy’Imana+,Canke womenya akarimbi ka Mushoboravyose?