ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Niwizigire Yehova, ukore iciza+;

      Niwibere mw’isi, ukorane ubwizigirwa+.

  • Yesaya 64:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Wahuye n’uwigina agakora ivy’ubugororotsi+, abaguma bakwibuka mu nzira zawe+.

      Raba! Wewe ubwawe wararakaye+, mu gihe twaguma ducumura+, tubimaramwo igihe kirekire; none ubwo turakwiriye gukizwa+?

  • 1 Abatesalonika 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Murabe ntihagire uwishura uwundi ikibi ku kindi+, ahubwo mwame mukurikirana iciza ku bijanye na bagenzi banyu no ku bandi bose+.

  • 1 Timoteyo 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika