ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 11:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mugabo amahanga yaratse, kandi uburake bwawe buraza, be n’igihe cashinzwe c’uko abapfuye bacirwa imanza, n’ico guha impembo+ abashumba bawe ari bo bahanuzi+, n’aberanda, n’abatinya izina ryawe, abato n’abahambaye+, n’ico guhonya+ abahonya isi+.”

  • Ivyahishuwe 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Aca akiraririza mu nyenga+, arayugara, ayishirako ikimenyetso hejuru yaco, kugira nticongere kuzimiza amahanga gushika iyo myaka igihumbi iheze. Inyuma y’ivyo kibwirizwa kurekurwa igihe gitoyi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika