Yobu 14:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko umuntu w’umugabo arapfa, akarambarara yatsinzwe;Umuntu yakuwe mw’ivu aracikana, kandi ari hehe+? Zaburi 39:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Imisi yanje wayigize imparurwa+;Ikiringo ubuzima bwanje bumara ni nk’ubusa imbere yawe+.Ni ukuri, umuntu wese yakuwe mw’ivu naho ahagarara ashikamye, nta kindi ari atari impemu zisohotse+. Sela. Zaburi 49:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yamara umuntu yakuwe mw’ivu naho aba ari n’iteka, ntashobora kugumaho+;Vy’ukuri, yogereranywa n’ibikoko vyatikijwe+.
10 Ariko umuntu w’umugabo arapfa, akarambarara yatsinzwe;Umuntu yakuwe mw’ivu aracikana, kandi ari hehe+?
5 Raba! Imisi yanje wayigize imparurwa+;Ikiringo ubuzima bwanje bumara ni nk’ubusa imbere yawe+.Ni ukuri, umuntu wese yakuwe mw’ivu naho ahagarara ashikamye, nta kindi ari atari impemu zisohotse+. Sela.
12 Yamara umuntu yakuwe mw’ivu naho aba ari n’iteka, ntashobora kugumaho+;Vy’ukuri, yogereranywa n’ibikoko vyatikijwe+.