Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.