1 Samweli 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uwo amutwaza ibirwanisho aca amubwira ati: “Nukore ikiri mu mutima wawe cose. Nuje iyo wipfuza. Ehe ndi kumwe nawe nk’uko umutima wawe uri+.”
7 Uwo amutwaza ibirwanisho aca amubwira ati: “Nukore ikiri mu mutima wawe cose. Nuje iyo wipfuza. Ehe ndi kumwe nawe nk’uko umutima wawe uri+.”