2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Zaburi 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu. Matayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Nuko rero musenge mutya+: “‘Dawe wa twese uri mw’ijuru, izina ryawe+ niryezwe+.
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
4 Yehova ari mu rusengero rwiwe rweranda+.Yehova—mu majuru ni ho intebe yiwe y’ubwami iri+.Amaso yiwe aritegereza, amaso aca ibibatsi yiwe arasuzuma+ abana b’abantu.