-
Indirimbo ya Salomo 8:12Bibiliya y’isi nshasha
-
-
12 “Umurima wanje w’imizabibu, uwanje, ndawifitiye. Ico gihumbi ni rwawe, ewe Salomo, amajana abiri na yo ni ay’abacunga ivyamwa vyawo.”
-