Zaburi 119:71 Bibiliya y’isi nshasha 71 Ni vyiza kuba naratejwe amarushwa+,Kugira nige ingingo nyobozi zawe+. Luka 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Murahiriwe mwebwe mushonje+ ubu, kuko muzohazwa+. “Murahiriwe mwebwe murira ubu, kuko muzotwenga+.
21 “Murahiriwe mwebwe mushonje+ ubu, kuko muzohazwa+. “Murahiriwe mwebwe murira ubu, kuko muzotwenga+.