Luka 9:54 Bibiliya y’isi nshasha 54 Abigishwa Yakobo na Yohani+ ngo babibone, bavuga bati: “Mukama, ushaka tubwire umuriro+ umanuke uvuye mw’ijuru ubarigate?” Yakobo 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko twese dutsitara kenshi+. Nimba hari uwudatsitara mw’ijambo+, uyo ni umuntu atagira akanenge+, ashoboye no kujiginyika umubiri wiwe wose. Yakobo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”
54 Abigishwa Yakobo na Yohani+ ngo babibone, bavuga bati: “Mukama, ushaka tubwire umuriro+ umanuke uvuye mw’ijuru ubarigate?”
2 Kuko twese dutsitara kenshi+. Nimba hari uwudatsitara mw’ijambo+, uyo ni umuntu atagira akanenge+, ashoboye no kujiginyika umubiri wiwe wose.
9 Turaruhezagirisha Yehova+, umwe Data+, yamara kandi tukaruvumisha+ abantu babayeho “mw’ishusho y’Imana+.”