Zaburi 119:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni ho ntomaramara+Igihe nihweza amabwirizwa yawe yose+. Abaroma 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko abaganza ari abo gutinywa, atari ku wukora igikorwa ciza ahubwo ku wukora ikibi+. Ushaka none kudatinya ubukuru? Guma ukora iciza+, na bwo buzogushimagiza; Abaroma 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hariho rero imvo ituma biba ngombwa ko muyoboka, atari gusa kubera ubwo burake, mugabo kandi kubera ijwi ryo mu mutima ryanyu+. 1 Petero 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu vy’ukuri, ni nde muntu azobagirira nabi nimba mufitiye umwete iciza+?
3 Kuko abaganza ari abo gutinywa, atari ku wukora igikorwa ciza ahubwo ku wukora ikibi+. Ushaka none kudatinya ubukuru? Guma ukora iciza+, na bwo buzogushimagiza;
5 Hariho rero imvo ituma biba ngombwa ko muyoboka, atari gusa kubera ubwo burake, mugabo kandi kubera ijwi ryo mu mutima ryanyu+.