Imigani 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ukwibukwa kw’umugororotsi kuvamwo umuhezagiro+, ariko izina ry’ababisha rizobora+. Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+. Abaheburayo 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.”
5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.
38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.”