1 Abami 21:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+. Imigani 13:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Abacumuzi ni bo icago gikurikirana+, mugabo abagororotsi ni bo iciza kironsa agahembo+. Abaroma 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nimba rero Imana, naho igomba kwerekana uburake bwayo no kumenyekanisha ububasha bwayo yarihanganiye n’ukwiyumanganya kwinshi ivyombo vy’uburake vyagizwe ibibereye gutikizwa+
25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+.
22 Nimba rero Imana, naho igomba kwerekana uburake bwayo no kumenyekanisha ububasha bwayo yarihanganiye n’ukwiyumanganya kwinshi ivyombo vy’uburake vyagizwe ibibereye gutikizwa+