Itanguriro 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+. Zaburi 40:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+. Zaburi 104:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ewe kuntu ibikorwa vyawe ari vyinshi, Yehova we+!Vyose wabikoranye ubukerebutsi+.Isi yuzuye ivyo wakoze+. Zaburi 146:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+, Yesaya 40:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+.
5 Wewe ubwawe wakoze ibintu vyinshi+,Ewe Yehova Mana yanje, mbere n’ibikorwa vy’agatangaza vyawe n’ivyiyumviro udufiseko+;Nta n’umwe ariho yogereranywa nawe+.Hamwe norondera kubivuga no kubiyaga,Ni vyinshi kuruta ivyo nodonda+.
24 Ewe kuntu ibikorwa vyawe ari vyinshi, Yehova we+!Vyose wabikoranye ubukerebutsi+.Isi yuzuye ivyo wakoze+.
6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,
28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+.