Imigani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntube inkerebutsi mu maso yawe bwite+. Tinya Yehova, uce kure ikibi+. Imigani 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Niwishure ikijuju nk’uko ubupfu bwaco buri, kugira ntigicike inkerebutsi mu maso yaco bwite+.