1 Samweli 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abantu binjiye mw’ishamba, babona ubuki buriko buratonyanga+, mugabo ntihagira n’umwe ashira ukuboko ku munwa wiwe, kuko abantu batinya ya ndahiro+.
26 Abantu binjiye mw’ishamba, babona ubuki buriko buratonyanga+, mugabo ntihagira n’umwe ashira ukuboko ku munwa wiwe, kuko abantu batinya ya ndahiro+.