Daniyeli 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Sinarya umukate uryoshe, kandi nta nyama canke umukate vyangera mu kanwa, kandi sinigeze nisiga amavuta gushika ayo mayinga atatu yuzuye arangiye+. Matayo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo weho, igihe wisonzesha, niwisige amavuta mu mutwe kandi wiyoge mu maso+, Luka 7:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Ntiwasize umutwe wanje amavuta+; mugabo uyu mugore yasize ibirenge vyanje amavuta amota neza.
3 Sinarya umukate uryoshe, kandi nta nyama canke umukate vyangera mu kanwa, kandi sinigeze nisiga amavuta gushika ayo mayinga atatu yuzuye arangiye+.