Gusubira mu vyagezwe 16:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi utegerezwa kunezerwa imbere ya Yehova Imana yawe+, wewe n’umuhungu wawe n’umukobwa wawe n’umushumba wawe n’umushumbakazi wawe n’Umulewi ari mu marembo yawe na kavamahanga+ n’impfuvyi+ n’umupfakazi+ bari hagati yawe, ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+. Zaburi 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+.
11 Kandi utegerezwa kunezerwa imbere ya Yehova Imana yawe+, wewe n’umuhungu wawe n’umukobwa wawe n’umushumba wawe n’umushumbakazi wawe n’Umulewi ari mu marembo yawe na kavamahanga+ n’impfuvyi+ n’umupfakazi+ bari hagati yawe, ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+.
11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+.