Ivyahishuwe 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ehe mpagaze ku muryango+ ndodora. Nihagira uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango+, nzokwinjira mu nzu yiwe nsangire na we imfungurwa zo ku mugoroba, na we asangire nanje.
20 Ehe mpagaze ku muryango+ ndodora. Nihagira uwumva ijwi ryanje akugurura umuryango+, nzokwinjira mu nzu yiwe nsangire na we imfungurwa zo ku mugoroba, na we asangire nanje.