Indirimbo ya Salomo 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iminwa yawe ni kurya kw’urunyuzi rw’agahama, imvugo yawe na yo iraryoshe+. Kurya kw’igihimba c’ikomamanga, ni ko imisaya yawe imeze inyuma y’icitwikiro cawe+.
3 Iminwa yawe ni kurya kw’urunyuzi rw’agahama, imvugo yawe na yo iraryoshe+. Kurya kw’igihimba c’ikomamanga, ni ko imisaya yawe imeze inyuma y’icitwikiro cawe+.