Indirimbo ya Salomo 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ni nde uyo mugore+ aduga ava mu gahinga+ yegamiye umukunzi wiwe+?” “Narakuvyuye munsi y’igiti c’ipome. Aho ni ho nyoko wawe yari, akwibungenze, ari mu misonga y’ukwibaruka. Aho ni ho uwariko arakwibaruka yumviye imisonga y’ukwibaruka+. Ivyahishuwe 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+
5 “Ni nde uyo mugore+ aduga ava mu gahinga+ yegamiye umukunzi wiwe+?” “Narakuvyuye munsi y’igiti c’ipome. Aho ni ho nyoko wawe yari, akwibungenze, ari mu misonga y’ukwibaruka. Aho ni ho uwariko arakwibaruka yumviye imisonga y’ukwibaruka+.
10 Nuko arantwara mu bubasha bw’impwemu anjana ku musozi munini kandi muremure+, anyereka ca gisagara ceranda+ Yeruzalemu kimanuka kiva mw’ijuru ku Mana+