2 Samweli 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yemwe bakobwa ba Isirayeli, nimuririre Sauli,We yabambika impuzu z’agahama ziriko ibintu vy’agaciro,We yashira udusharizo tw’inzahabu ku vyambarwa vyanyu+. Yeremiya 4:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 None ubu ko unyazwe, uzogira ute, ko wahora wambara impuzu z’agahama, ko wahora wishariza n’udusharizo tw’inzahabu, ko wahora wagura amaso yawe n’irangi ryirabura+? Wahora wigirira mwiza ubusa+. Abahora bakwipfuza rwose bagutaye; baguma barondera ubuzima bwawe+.
24 Yemwe bakobwa ba Isirayeli, nimuririre Sauli,We yabambika impuzu z’agahama ziriko ibintu vy’agaciro,We yashira udusharizo tw’inzahabu ku vyambarwa vyanyu+.
30 None ubu ko unyazwe, uzogira ute, ko wahora wambara impuzu z’agahama, ko wahora wishariza n’udusharizo tw’inzahabu, ko wahora wagura amaso yawe n’irangi ryirabura+? Wahora wigirira mwiza ubusa+. Abahora bakwipfuza rwose bagutaye; baguma barondera ubuzima bwawe+.