Indirimbo ya Salomo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Umukunzi wanje ni uwanje, nanje nkaba uwiwe+. Ariko araragira+ mu mashurwe y’amalisi+. Indirimbo ya Salomo 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ndi uw’umukunzi wanje, umukunzi wanje na we ni uwanje+. Ari kuragira+ mu malisi.”