Indirimbo ya Salomo 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ese iyaba wari nka musazanje+, ukaba wonka amabere ya mawe+! Ngusanze hanze, nogusomye+. Abantu ntibonsuzuguye.
8 “Ese iyaba wari nka musazanje+, ukaba wonka amabere ya mawe+! Ngusanze hanze, nogusomye+. Abantu ntibonsuzuguye.