Yohani 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mariya rero atora ingero* imwe y’amavuta amota neza, ikaba yari narada nyayo+, azimvye cane, araheza asīga ibirenge vya Yezu akaza aravyumukisha umushatsi wiwe+. Inzu ica yuzura akamoto k’ayo mavuta.
3 Mariya rero atora ingero* imwe y’amavuta amota neza, ikaba yari narada nyayo+, azimvye cane, araheza asīga ibirenge vya Yezu akaza aravyumukisha umushatsi wiwe+. Inzu ica yuzura akamoto k’ayo mavuta.