Luka 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze atangura guha abantu iki kigereranyo: “Umuntu umwe yateye umurima w’imizabibu+, hanyuma awukotesha ku barimyi, araheza afata urugendo aja mu mahanga amarayo igihe kitari gito+.
9 Maze atangura guha abantu iki kigereranyo: “Umuntu umwe yateye umurima w’imizabibu+, hanyuma awukotesha ku barimyi, araheza afata urugendo aja mu mahanga amarayo igihe kitari gito+.