Indirimbo ya Salomo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Urukoba rwawe ni iparadizo y’amakomamanga, iriko ivyamwa vyizavyiza+, ibiterwa vy’ihina kumwe n’ivya narada+;
13 Urukoba rwawe ni iparadizo y’amakomamanga, iriko ivyamwa vyizavyiza+, ibiterwa vy’ihina kumwe n’ivya narada+;