ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 45:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Vy’ukuri, uri mwiza kuruta abana b’abantu+.

      Igikundiro casutswe ku minwa yawe+.

      Ni co gituma Imana yaguhezagiye gushika igihe kitagira urugero+.

  • Indirimbo ya Salomo 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Umukunzi wanje aca ibibatsi kandi ari inzobe, indanga ihebuje mu bihumbi cumi+.

  • Yohani 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+.

  • Abaheburayo 11:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kubera ukwizera, Musa yaranyegejwe n’abavyeyi biwe amezi atatu inyuma y’ivuka ryiwe+, kuko babonye ko nya mwana mutoyi yari mwiza+, ntibatinya itegeko+ ry’umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika