Indirimbo ya Salomo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Umukunzi wanje ni uwanje, nanje nkaba uwiwe+. Ariko araragira+ mu mashurwe y’amalisi+.