Indirimbo ya Salomo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hindukira, yewe mukunzi wanje, akayaga k’umusi katarahuhēra n’ibitutu ngo bihunge! Mera nk’ingeregere+ canke nk’umukangara w’amafumbēri ku misozi y’itandukanirizo. Indirimbo ya Salomo 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Hunga, mukunzi wanje, umere nk’ingeregere canke nk’umwagazi w’amafumbēri ku misozi y’ibimota+.”
17 Hindukira, yewe mukunzi wanje, akayaga k’umusi katarahuhēra n’ibitutu ngo bihunge! Mera nk’ingeregere+ canke nk’umukangara w’amafumbēri ku misozi y’itandukanirizo.