2 Samweli 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Dawidi atangura guhoza Bati-sheba umugore wiwe+. Vyongeye, yinjira iyo ari maze aryamana na we. Mu nyuma avyara umuhungu+, uno bamwita Salomo+. Kandi Yehova ubwiwe aramukunda+. Imigani 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nabaye umwana nyawe kuri dawe+, yoroshe kandi w’ikinege imbere ya mawe+.
24 Nuko Dawidi atangura guhoza Bati-sheba umugore wiwe+. Vyongeye, yinjira iyo ari maze aryamana na we. Mu nyuma avyara umuhungu+, uno bamwita Salomo+. Kandi Yehova ubwiwe aramukunda+.