Itanguriro 24:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Hanyuma abwira nya musuku ati: “Urya mugabo ariko agendagenda mu gahinga aza guhura natwe ni nde?” Nya musuku na we avuga ati: “Ni databuja.” Nuko afata impuzu yo mu mutwe, aritwikira+.
65 Hanyuma abwira nya musuku ati: “Urya mugabo ariko agendagenda mu gahinga aza guhura natwe ni nde?” Nya musuku na we avuga ati: “Ni databuja.” Nuko afata impuzu yo mu mutwe, aritwikira+.