Guharura 32:1 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa. Gusubira mu vyagezwe 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ico gihe nyene twigarurira iki gihugu. Kuva i Aroweri+, ahari iruhande y’umwonga wa Arunoni, n’ica kabiri c’akarere k’imisozi ka Gileyadi, n’ibisagara vyaho, nahahaye Abarubeni n’Abagadi+.
32 Kandi bene Rubeni+ na bene Gadi+ bari bararonse ibitungwa vyinshi, emwe, vyinshi cane. Nuko babona igihugu ca Yazeri+ n’igihugu ca Gileyadi, kandi ehe aho hantu hari ahantu habereye ibitungwa.
12 Nuko ico gihe nyene twigarurira iki gihugu. Kuva i Aroweri+, ahari iruhande y’umwonga wa Arunoni, n’ica kabiri c’akarere k’imisozi ka Gileyadi, n’ibisagara vyaho, nahahaye Abarubeni n’Abagadi+.