Nehemiya 3:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+. Indirimbo ya Salomo 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Izosi ryawe+ ni nk’umunara w’amasenge. Amaso yawe+ ni nk’ibidengeri i Heshiboni+, iruhande y’irembo rya Bati-rabimu. Izuru ryawe ni nk’umunara w’i Libani, uraba amagana i Damasiko.
25 Mu nyuma ziwe Palali mwene Uzayi akora igikorwa co gusanasana imbere y’Urwego n’umunara wometse ku Nzu y’Umwami+, uwo haruguru wegukira Ikigo c’Abarinzi+. Mu nyuma ziwe hari Pedaya mwene Paroshi+.
4 Izosi ryawe+ ni nk’umunara w’amasenge. Amaso yawe+ ni nk’ibidengeri i Heshiboni+, iruhande y’irembo rya Bati-rabimu. Izuru ryawe ni nk’umunara w’i Libani, uraba amagana i Damasiko.