Indirimbo ya Salomo 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hindukira, yewe mukunzi wanje, akayaga k’umusi katarahuhēra n’ibitutu ngo bihunge! Mera nk’ingeregere+ canke nk’umukangara w’amafumbēri ku misozi y’itandukanirizo.
17 Hindukira, yewe mukunzi wanje, akayaga k’umusi katarahuhēra n’ibitutu ngo bihunge! Mera nk’ingeregere+ canke nk’umukangara w’amafumbēri ku misozi y’itandukanirizo.