Guharura 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+. Yobu 33:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu ndoto+, mw’iyerekwa+ ryo mw’ijoro,Igihe itiro rirerire rihwikiye abantu,Mu gatiro ku gitanda+. Amosi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Umukama Segaba Yehova ata co azokora adahishuriye akabanga kiwe abasavyi biwe b’abahanuzi+.
6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.