Zaburi 76:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Azocisha bugufi umutima w’indongozi+;Arateye ubwoba ku bami bo mw’isi+. Hagayi 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kandi nzokwubika koko intebe y’ubwami nongere nzimanganye inkomezi z’ubwami bw’amahanga+; nzokwubika umukogote n’abawugenderamwo, kandi amafarasi n’abayagenderako bizogwa+, umwe wese agwishwe n’inkota ya mwene wabo+.’”
22 Kandi nzokwubika koko intebe y’ubwami nongere nzimanganye inkomezi z’ubwami bw’amahanga+; nzokwubika umukogote n’abawugenderamwo, kandi amafarasi n’abayagenderako bizogwa+, umwe wese agwishwe n’inkota ya mwene wabo+.’”