Yesaya 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntibazosonza+, eka ntibazonyoterwa+, eka kandi ubushuhe bugatura canke izuba ntibizobakubita+. Kuko Umwe abumvira ikigongwe ari we azobayobora+, kandi azobarongōra iruhande y’imbizi z’amazi+. Daniyeli 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+. Matayo 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ndababwiye yuko benshi bo mu mihingo yo mu buseruko no mu burengero+ bazoza bakicarana na Aburahamu na Izahaki na Yakobo ku meza mu bwami+ bwo mw’ijuru+;
10 Ntibazosonza+, eka ntibazonyoterwa+, eka kandi ubushuhe bugatura canke izuba ntibizobakubita+. Kuko Umwe abumvira ikigongwe ari we azobayobora+, kandi azobarongōra iruhande y’imbizi z’amazi+.
14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+.
11 Mugabo ndababwiye yuko benshi bo mu mihingo yo mu buseruko no mu burengero+ bazoza bakicarana na Aburahamu na Izahaki na Yakobo ku meza mu bwami+ bwo mw’ijuru+;