ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 “Nzobacungura ndabakure mu kuboko kw’ukuzimu*+; nzobagarukana ndabakuye mu rupfu+. Rupfu we, za mboyi zawe ziri he+? Kuzimu we, kwa gutikiza kwawe kuri he+? Amaso yanje ntazogira impuhwe+.

  • 1 Abakorinto 15:54
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 54 Mugabo iki kibora nicambara ukutabora, kandi iki gipfa kikambara ukudapfa, ni ho hazoranguka rya jambo ryanditswe ngo: “Urupfu+ ruramizwe miyonzwa gushitsa ibihe bidahera+.”

  • 2 Timoteyo 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ariko ubu vyarerekanywe neza biciye ku kwigaragaza+ kw’Umukiza wacu Kristu Yezu, uwakuyeho urupfu+ mugabo akarasira umuco+ ku buzima+ no ku kutabora+ biciye ku nkuru nziza+,

  • Abaheburayo 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 no kugira ngo aronse umwidegemvyo+ abo bose bari mu buja ubuzima bwabo bwose+ kubera ugutinya urupfu+.

  • Ivyahishuwe 20:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Urupfu+ n’ukuzimu biraririzwa muri ca kiyaga c’umuriro. Ico kiyaga c’umuriro+ gisobanura urupfu rwa kabiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika