Yesaya 35:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+. Ivyahishuwe 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko wa Mwagazi w’intama+ ari hagati ya ya ntebe y’ubwami azobaragira+, kandi azobarongora ku masôko y’amazi+ y’ubuzima. Kandi Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo+.” Ivyahishuwe 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi izohanagura amosozi yose+ ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho+, eka n’ikigandaro canke amaborogo canke ububabare ntibizoba bikiriho+. Ivya kera vyagiye+.”
10 Kandi abacunguwe na Yehova bazogaruka+ baze koko i Siyoni n’akamo k’umunezero+; kandi umunezero wo gushika igihe kitagira urugero uzoba ku mutwe wabo+. Bazoshikira umwigino n’umunezero, kandi intuntu n’ukuniha bizohunga+.
17 kuko wa Mwagazi w’intama+ ari hagati ya ya ntebe y’ubwami azobaragira+, kandi azobarongora ku masôko y’amazi+ y’ubuzima. Kandi Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo+.”
4 Kandi izohanagura amosozi yose+ ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho+, eka n’ikigandaro canke amaborogo canke ububabare ntibizoba bikiriho+. Ivya kera vyagiye+.”