Zaburi 63:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iyo nkwibutse ndi ku buriri bwanje+,Mu materama y’ijoro ndakuzirikana+. Zaburi 119:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Mu gicugu ndavyuka ngo ngukengurukire+Ku bw’ingingo zawe z’ubutungane zigororotse+. Luka 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri iyo misi aja ku musozi gusenga+, abandanya gusenga Imana ijoro ryose+.