Zaburi 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ubwiwe azocira urubanza ubutaka bwimbuka, mu bugororotsi+;Azosomera urubanza imiryango y’amahanga mu kugororoka+. Zaburi 58:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi abantu bazovuga+ bati: “Ni ukuri, haraba ivyamwa ku mugororotsi+.Ni ukuri, hariho Imana ica imanza mw’isi+.”
8 Kandi ubwiwe azocira urubanza ubutaka bwimbuka, mu bugororotsi+;Azosomera urubanza imiryango y’amahanga mu kugororoka+.
11 Kandi abantu bazovuga+ bati: “Ni ukuri, haraba ivyamwa ku mugororotsi+.Ni ukuri, hariho Imana ica imanza mw’isi+.”