Kuvayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+. Zaburi 106:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Kenshi yarabarokora+,Mugabo bo bakagarariza mu ngendo yabo y’ukugambarara+,Bagacishwa bugufi kubera ikosa ryabo+. Imigani 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko uguhemuka+ kw’abantu batazi utuntu n’utundi ari kwo kuzobica+, kandi ukwiyorohereza kw’ibijuju ni kwo kuzobirandura+.
15 Farawo ngo abone habaye agahengwe, akomantaza umutima wiwe+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze+.
43 Kenshi yarabarokora+,Mugabo bo bakagarariza mu ngendo yabo y’ukugambarara+,Bagacishwa bugufi kubera ikosa ryabo+.
32 Kuko uguhemuka+ kw’abantu batazi utuntu n’utundi ari kwo kuzobica+, kandi ukwiyorohereza kw’ibijuju ni kwo kuzobirandura+.